NON AU PROJET DE LOI RETROGRADE SUR LA PRESSE AU BURUNDI

Quoted post


Visiteur

#116 Ntimutinye

2013-04-26 16:35

Iryo tegeko Petero niyarisinya muze tuje mwibarabara nko muri Lybya naza Egypte kuko ntakizoba gisigaye kandi ntibabahende ngo bazobarasa nkuko babimenyereye nimurabire kuri general ntaganda,Bagbo,Taylor barihe? Aba DD MUGIRAMUSHIKIRWE Vuba

Réponses


Visiteur

#117 Re: Ntimutinye

2013-04-26 16:39:56

#116: - Ntimutinye

Njanye nawe uvuga ivyo kuja mwibarabara. Nimwaja mwibaraba bizokwerekana ko mwakuze apana kwama muzeye vyose ku makungu mwama muja gushera.